Tags Natacha Burundi

Tag: Natacha Burundi

Natacha – CUMBA (Official Video Music)

https://www.youtube.com/watch?v=zq8jhVmZs3w&feature=youtu.be

Natacha – Africa (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=qVPrL1fVHfo

Natacha agiye gukorana n’ibihangange vyo muri Afrika

Kubera ibikorwa akora, Natacha ngo yaradugije ibiciro, ubu arazimvye nkuko rya shirahanwe ryabivuze. Nayo ibiteramo ngo yahagaritse. Inyuma y'abaririmvyi bo muri kano karere bakoranye indirimbo,...

#indundi|Natacha niwe yaraye atahukanye agashimwe nkumuririmvyi yakoze neza uno mwaka

Umuririmvyikazi Natacha yaraye atowe n'ishirahamwe ry’abaririmvyi ryitwa Coopérative des...

Most Read

Basaba Reta n’abagiraneza kubagarukirako

Abanyagihugu bari muri site y’impunzi ya Kigarangamango ngo bamerewe nabi kuva bahungiye muri iyo site, hararenze amezi atanu. Bimwe mu bihanze abo banyagihugu bahungiye muri...

Ivyo basabwa kugira ngo irandagata ry’ikiza Covid-19 rigabanuke

Imiryango y'abarundi batahuka bava mu mahanga isabwa kwubahiriza imisi yo kuba ukwa bonyene mu ntumbero yo kurwanya Covid19. Bishikirizwa na Muganga Joseph Nyandwi, umuyobozi w'ikigo...

Uwoya yagarutse ku bimwagirizwa ko yoba ari ishetani

https://m.youtube.com/watch?v=5JqdE6e39HY Irene uwoya benshi bazi nka Oprah kubera ireresi yakinyemwo yitwa iryo zina, nawe haraho bishika akemeranya n'abatari bake ko ari ishetani "Jini" bivanye n'ubwiza...

Abatari bake bibajije nimba Natacha yavuga gusenga, canke yafobetse

https://m.youtube.com/watch?v=-BIr5LPrtJI Mu giswahiri umuririmvyi Natacha yaraye yanditse ko arindiriye umugabo ngo batangure gusenga. Kwoba kwari ugusenga nyene canke yari imvugo mfobeko isobanura ikindi? Ico nico...