Tags Natacha

Tag: natacha

Natacha – CUMBA (Official Video Music)

https://www.youtube.com/watch?v=zq8jhVmZs3w&feature=youtu.be

Natacha – Africa (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=qVPrL1fVHfo

Umuriyoni w’amarundi niyo mafaranga yaguzwe album yiwe yambere na mugenziwe

Natacha yaraye aguze CD yamugenziwe Masterland 1.000.000 w'amarundi kuri Lacosta Beach,inyuma yayandi yasazanje mubakuzi b'umuziki baraho. Hari kuri uyu wamungu igenekerezo rya 23 Ruheshi aho...

Natacha-Ufise Gute(Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=KD9vPrbXPjI

Sheebah Karungi agiye kuzohura na Sat B kuri Stage imwe i Bujumbura

Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura  mu giteramo ku butumire bw’abarongoye...

Most Read

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona...

Basaba Reta n’abagiraneza kubagarukirako

Abanyagihugu bari muri site y’impunzi ya Kigarangamango ngo bamerewe nabi kuva bahungiye muri iyo site, hararenze amezi atanu. Bimwe mu bihanze abo banyagihugu bahungiye muri...

Ivyo basabwa kugira ngo irandagata ry’ikiza Covid-19 rigabanuke

Imiryango y'abarundi batahuka bava mu mahanga isabwa kwubahiriza imisi yo kuba ukwa bonyene mu ntumbero yo kurwanya Covid19. Bishikirizwa na Muganga Joseph Nyandwi, umuyobozi w'ikigo...

Uwoya yagarutse ku bimwagirizwa ko yoba ari ishetani

https://m.youtube.com/watch?v=5JqdE6e39HY Irene uwoya benshi bazi nka Oprah kubera ireresi yakinyemwo yitwa iryo zina, nawe haraho bishika akemeranya n'abatari bake ko ari ishetani "Jini" bivanye n'ubwiza...