Tags Natasha Burundi

Tag: Natasha Burundi

Inyuma yo kuronswa amasezerano mu gihugu ca Tanzaniya, ubu yizewe n’abarundi

Natacha Ngendabanka n’umwe mu baririmvyi bariko bakorana ishaka n’ingumvu nyinshi aho ubona aza mu kibanza ca mbere mu baririmvyi bagerageza gusohoka igihugu ndetse bakanakora...

Kidumu ati : ”Reka ndabisubiremwo uracâvūra, Natasha tumwigireko”.

Kidumu ati : "navuze ko umuziki w'Uburundi ucāvûra  mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n'ivyo bariko barabona bacamwo. Amajambo Kwiyamiriza hamwe...

Primusic2019 : Impamvu Natasha atashoboye kuyijamwo

Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka (La Number) yari kwifatanya na basazawe mu muziki aribo Big Fizzo na Sat-b ngo...

Natacha abuze mu giteramo ngo ntigica gihagarara

Ibura rya Natacha mu giteramo ca Natacha ngo ntaco rihindura, kanatsinda ntazonasubirizwa kubera abaririmvyi bateguwe ngo bakwiye.

Most Read

Urwevu: Abantu bose bokwigenza nkawe, ubona isi yokongereza agaciro?

  Abahinga mu kwiyumvira bo muri kahise, aha tugafatira nko k'uwitwa Emmanuel Kant yava mu gihugu c'Ubudagi, "ubuntu" ngo ni aka kantu gatuma umuntu mu...

Uwuserukira Uburusiya mu Burundi yakiriwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka

  Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba...

Kirikou yavuze ku kigo c’impfuvyi ciwe   

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira...

Kigingi yagarutse ku mashusho y’urukozasoni amuvugwako

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Amasanamu y’urukozansoni yaragize imisi aboneka ku rubuga rwa Facebook rwa Kigingi ngo siwe yayashizeko, Ahubwo ngo n’umuntu yamwinjiriye muri urwo rubuga “Piratage”, gutyo ituma...