Tags Natasha

Tag: Natasha

Intamba day : Natasha nawe agiye guteramisha abakunzi b’umupira

Umuririmvyikazi Natasha yahambije abandi mu kwemera kuza guteramisha abantu bazoba bitavye urukino rwiswe Intamba Day ruzohuza Intamba mu rugamba na Aigle Noir. Hampande ya Natasha...

Ninde yoba ari mukuri hagati yabo?

Ni mugihe bamwe bagira bati : Sat-b afata menshi abandi ngo oya ni naka afata menshi.

Agashavu niko kagaragara mu mvugo ya Natacha aho yashika i Bujumbura

Inyuma yo kumenyekana ko atakibonetse mugiteramo ca Cristal Events ciswe "Sheeba Vip Concert" abarizwa hano mugisagara ca...

Most Read

Nounou yasezewe ubwa nyuma, afatwa nk’uwitangiye Rallye

Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita...

#Basketball |Loko ntakibarizwa mu Burundi

Uwahora ashikiriza ibiganiro vy'inkino ,ivy'urukundo na zinduka kuri Buja fm akaba kandi yari umumenyereza w'imirwi nka New stars , Les gazelles, Berco stars ,Les...

Buffaloes Fc uzokina na Messager Ngozi munzira ugana mu Burundi

  Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 03 Kigarama 2020, niho abakinyi na Staff y’umugwi Buffaloes Fc bavuye muri Eswatini berekeza mu gihugu c’Uburundi mu...

Ingingo nshasha zafashwe mu ntumbero yo kurwanya coronavirus

Kuva aho ikibuga c'indege Melchior Ndadaye hamwe n'iyindi mipaka y'uruja n'uruza vyugururiwe ngo ibice 95 kw’ijana vy’abatowe coronavirus baje bavuye hanze y’igihugu. Mu kiganiro yahaye...