Tags Papy Faty

Tag: Papy Faty

Umuryango w’umuhisi Papy Faty wagarukiweko nabo muri Melanti Chiefs

Umuryango w'umuhisi Papy Faty wagendewe nabo muri Melanti Chiefs yahora akinamwo ndetse n'uwusanzwe ari mu ndongozi zirongoye...

Nyakwigendera Papy Faty yaraye asezerewe ubwanyuma muri Africa y’epfo

Nyakwigendera Papy Faty yaraye asezerewe ubwanyuma n'abakunzi b'intamba basanzwe baba mu gihugu ca Africa y'epfo , incuti...

Most Read

Uwuserukira Uburusiya mu Burundi yakiriwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka

  Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba...

Kirikou yavuze ku kigo c’impfuvyi ciwe   

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira...

Kigingi yagarutse ku mashusho y’urukozasoni amuvugwako

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Amasanamu y’urukozansoni yaragize imisi aboneka ku rubuga rwa Facebook rwa Kigingi ngo siwe yayashizeko, Ahubwo ngo n’umuntu yamwinjiriye muri urwo rubuga “Piratage”, gutyo ituma...

Emery Sun ngo amasanamu y’indirimbo nshasha ni Vuba

https://www.youtube.com/watch?v=RSdpqBI8WlM Mu misi ya vuba umuririmvyi Emery Sun ngo hari ibikorwa biriko biraza, ivyo n’ivyo yavuye mu kiganiro yagiranye na Alan kuri Indundi Tv. Muri ico...