Tags Saido Berahino

Tag: Saido Berahino

Saido Berahino yaraye afashije zult weregem kunyagira Waasland- baveren

Hari kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 2 nzero 2020 , aho Umugwi Zulte weregem wari wakiriye Umugwi wa Waasland Baveren mu rukino rw'indwi ya...

Ngo ibiriko bivugwa kuri Berahino sivyo

Ngo ivyo ikinyamakuru co mu bwongereza Dail mail coba canditse y'uko kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino yoba agiye kugurwa n'umugwi wo mu cicaro...

SAIDO BERAHINO agiye kugira uruhara runini mu gufasha bageziwe muri CAN2019

https://www.youtube.com/watch?v=01x8rYXz4N4&feature=youtu.be

Most Read

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Diaspora: Amarushwa ashobora gushikira umuntu kubera ari mu mahanga.

Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko...

Diaspora News : Dusenge Ketty Ange asubiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu

Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange...