Tags Sat b

Tag: sat b

Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy’ugufasha abanya Gatumba

Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n’imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo...

Sat-b ngo ntiyizere ko abakunzi biwe bazohava batora uwo ashigikiye mu matora

Sat-b ngo naho ariko ashigikira uwigenga mu matora y’umukuru w’igihugu, ngo ntiyizere ko abamukunda bazohava batora uwo ariko arashigikira, ivyo n’ibiriko bishikirizwa na bamwe...

Sat-B – Izina [Official Music Video]

https://www.youtube.com/watch?v=buGEuKwv3ns

Sat-B: Indirimbo «Inkuru y’ukuri » yankwegeye abakunzi benshi n’abasi batari bake.

Inyuma y’aho umuririmvyi Big Fizzo arumiriwe ku nsamirizi Buja Fm agashikoriza amajambo abenshi bagiye bavugako vyishi, uno musi igenekerezo rya 21 Nzero naho harihatumiwe...

Big Fizzo : “Nakoze ibiteramo Amerika n’i Burayi mugihe Sat-B atarakora igiteramo na kimwe haba no mu Rwanda”

Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm...

Ng’izi ingaruka n’inkurikizi biterwa na challenge ya Big Fizzo na Sat-B

Ukutumvikana kuri ku mbuga ngurukanabumenyi hagati y’abakunzi ba Farious na Sat-B ni kimwe mu biriko bituma abenshi badahurumbira indirimbo mva mahanga ugasanga umwe wese...

Cedrick Bangy kubwiwe ngo umuririmvyi mwiza kuri Scene ni Sat-B

Kubwa cedrick Bangy asazwe arongoye ishirahamwe ry'abaririmvyi ryitwa Coopérative des Musiciens du Burundi ngo umuririmvyi mwiza kuri scene kuriwe hagati ya Big Fizzo na...

Miss Erica ft Sat B – In My Heart (Official Music Video)

https://www.youtube.com/watch?v=zFi2_AO7bk8

Ntibisanzwe hagati ya Big Fizzo na Sat-b, soma utahure ubutumwa bahanye

Inyuma y’igihe kitari gito bahuriye ku butambiro (Stage) bumwe mu gice ca nyuma ca Primusic ni Fizzo na Sat-b bo nyene ubwabo bavugiye kuri...

Ng’ubu ubutumwa bukomeye umuririmvyi Sat-B yahawe

Francis Muhire ati:"Ba sokuru barayamaze bati:" Iyija kurisha, ihera ku nama". Burya, ikibazo co kumenya "color" y'umuziki wacu, wocibajije mbere y'umunsi wa mbere uja...

Most Read

#Diaspora|Amatora adakumira niyo ariko arategurwa muri BDUSA

Inyuma y'imvurururu n'ukutumvikana vyaranzwe mu banyanyi ba BDUSA zikaza kurangira zinashitse no mu nzego z'Ubutungane, Ishirahamwe ririko ririyambika umutamana. Ngo abarundi bamye barangwa n'ikiyago n'ukwumvikana,...

Dusenge Ketty Ange yasubiriye gutera iteka Uburundi mugihugu c’Uburusiya

Mw’ihiganwa Afro Awards ribera mugihugu c’Uburusiya harabonetse kandi agashimwe gatahukana Umwigeme w’Umurundikazi aho yari yahiganwe mu muce wiswe (Fashion Designer of The Year). Kuri uyu...

Saidi Ntibazonkiza yakiriwe nk’umwami i Dar es Saalam

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 02 Kigarama 2020, isaha zitatu zo mw’ijoro 21h00 zo mu gihugu ca Tanzania niho umukinyi w’intamba...

Ibiharuro bishasha vya Coronavirus gushika kuri uyu wa 2 Kigarama

Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze...