Tags Sheebah Karungi

Tag: Sheebah Karungi

Natacha abuze mu giteramo ngo ntigica gihagarara

Ibura rya Natacha mu giteramo ca Natacha ngo ntaco rihindura, kanatsinda ntazonasubirizwa kubera abaririmvyi bateguwe ngo bakwiye.

Sheebah Karungi agiye kuzohura na Sat B kuri Stage imwe i Bujumbura

Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura  mu giteramo ku butumire bw’abarongoye...

Sheebah Karungi agiye kuza guteramisha abanya Bujumbura

Sheebah Karungi i Bujumbura ku butumire bw'abarongoye Cristal Event agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo.

Most Read

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...