Tags Vg wawa

Tag: vg wawa

Ukuri muvyo kwandika indirimbo muri Bantu Bwoy kuvugwa kuri Vg Wawa

https://www.youtube.com/watch?v=6Y2S2ECvcJA

VG Wawa -DORI [Official Video 2020]

https://www.youtube.com/watch?v=lH9gnJxJWPA&feature=youtu.be

Hasigaye amasaha ari kurushi ngo asohore amasanamu y’indirimbo nshasha

Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko...

Vg Wawa ati : ‘’Iyacitse intahe yahora ifatwa nk’inkoni”, izina umuziki w’Uburundi wahorana ngiye kurihindura

Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg Wawa ngo vuba agiye kuzana impinduka mu muziki w’Uburundi. Ayo majambo aherutse kuyashikiriza aho twari tumusanze aho yariko arakorera igikorwa gishasha...

Vg Wawa ntabwo nawuhagaritse Big-Fizzo yarampamagaye nzendakorera muri Bantu Bwoy

Vg Wawa ntabwo narinarabuze ahubwo nabuze abaza barashikiriza akazi kanje kumasamirizi atandukanye aba Promoter ntibanyiyumvamwo niyo mpavu ntagaragara bituma ncika intenge ndanabatera akamo bakore...

Most Read

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...