Tags Zari the boss

Tag: Zari the boss

Zari yavuze ku bumaraya yagirizwa gukorera muri Kenya

Ubumaraya n’ukuba yoba asigaye akundana na Ommy Dimpoz, vyagirizwa Zarinah Hassan ngo sivyo na gato. Mu rukurikirane rw’ikiganiro Ayo tv yakoranye na Zari The Boss...

zari yavuze vyose kuvyo Diamond yavuze ko yagendanye n’umwe muba P Square

Zari avuga ko Mr P wo muri P Square ari umwe mu bahanuye Diamond ngo asubirane n’umugore, amaze kwumva ko vyayangaye, naho nawe yahavuye...

Zari n’umukunzi wiwe bagiye kubaho ubuzima butandukanye n’ubwa be na Diamond

Zari ngo ntiyiteze kwerekana umukunzi wiwe mushasha, kuko ashaka ko aba uwiwe gusa.  Umukunzi mushasha wa Zari ngo afise imodoka zitari nke kandi zikomakomeye, ariko...

Most Read

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...