Hari umwumvikano uri hagati ya Chris Biz na Manager wa Yvan Buravan
Hari umuririmvyi w’umunyarwanda agiye gukorana indirimbo na Chris Biz, naho nawe ata kinini arabishikirizako. Hari umwumvikano uri hagati ya Chris Biz hamwe na Manager wa Yvan Buravan, uwo ngo ukaba uhagaze ku bikorwa…