Msamaria Danielo – Uransengera (Official Music Video)
https://www.youtube.com/watch?v=cmOgSp0lqX4
Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina yoba asohokana n'umwe mu bari bagize umurwi P…
Iry tina ngo Ibihimba vy'umubiri wiwe ngo ntabikunda kumwe, hari ivyo abona ko birengeje ubwiza. Ariko akemeza ko muri rusangi ataco bagaya ahagaze. Naho Tina yemeza ko ibiri ku mubiri wiwe vyose ataco bibaye, kuko…
Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura mu giteramo ku butumire bw’abarongoye Cristal Event yaronkejwe. Sat-B & Sheebah Karungi Abarongoye Cristal Event!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.