Olympic Star igarukanye abahoze ari abakinyi babo
Umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga wagarukanye abahoze ari abakinyi babo mu mwaka uheze. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga!-->!-->!-->!-->!-->…