Wanda boy ngo asumvya ubwenge umushingwamanza wa Sat b
https://www.youtube.com/watch?v=o3lo4zKWfdg
https://www.youtube.com/watch?v=o3lo4zKWfdg
Wanda boy ngo azotsinda urubanza atabanje no kuburana, Sat-b naramuka amwitwariye, ivyo akaba yabishikirije aho yashika ku kibuga c'indege ca Bujumbura. Uwo musahirizi wa Kingorongoro akaba yabishikirije aho bamubaza!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Brown aheruka kurekurwa i Paris, Rihanna nawe ngo arahangayikishijwe n'iiriko biramushikira kubera ukutabona kure kwiwe. Rihanna ngo yoba ahangayikishijwe n'uburyo uwahoze ari umukunzi wiwe ariko arabonwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Hampande y'ukurabwa n'abatari bake ku rubuga rwiwe rwa Youtube, indirimbo Nzobikora yakorewe Challenges yatumye imirwi itari mike y'abatamvyi basidukana niyonka mu kuyitamba. Ibihumbi 300 vyo mu kwezi kwa 1 ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhagarikizi mpuzamakungu pacifque Ndabihawenimana yashizwe mu bahagarikizi bagiye guhagararira inkino za CAN U 20. Akaba yashizwe muri urwo rutonde n'ishirahamwe ry' umupira w'amaguru muri Africa CAF .!-->!-->!-->!-->!-->…
Woba uzi ico wifuza ? koko? Ico kibazo ntikigutangaze kuko abahinga banyuranye mu bitabo dusoma bamenyesha ko abantu benshi tutazi ivyo twifuza.!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.