Uno musi abafana ba Paris Saint Germain, ntibahuriza kuri kazoza k'umukinyi w'umunya Bresil akinira uwo mugwi ariwe Neymar Jr. bamwe bakaba babona ko yokinjura,...
Akaririmbo kahawe izina rya Yuda niko kagiye gushirwa ahabona na Yvan Muziki mu misi ya Vuba.
Naho hatamenyekanye umusi kazoshirirwa ahabona, Yvan Muziki yashize ahabona...
Muri Biliman Boy, ikivugwa cane n'ikorwa ry'indirimbo zabo bakoranye n'abaririmvyi Dr Jose Chameleon na Weasel.
Izo ndirimbo 2, zose ngo ntizasabwe na Dj Paulin nkuko...
Miss Rwanda 2017, Elsa Iradukunda, yarekuwe inyuma y'isomwa ry'ivyavuye mu rubanza rwabaye Ku musi w'ejo, Aho bariko bashaka kumenya ko yoburana afunzwe canke yidegemvya...
Meili agize imisi ashikiriza ko Ari mu myiteguro yo kugaruka Vuba Kandi ibintu ngo bikazoba bihagaze neza cane.
Uwo muririmvyikazi vyavuzwe ko yoba agiye gusohora...
Recent Comments