Ni Irumva Bernice izina yahawe n'abavyeyi akaba avuka mu ntara ya Karusi mu muziki akaba azwi nka Bernice the bell indirimbo ziwe zikaba zikangurira abarundi gukunda imico n'akaranga. Hari haciye igihe kitari gito…
Anny Cynthia Habonimana, is a Burundian currently living in the United States. Her intelligence and integrity allowed her to take part in the competition of beautiful African girls living in Arizona. The proclamation of the…
Inyuma y'aho umurwi w'abatimbo begukira umurwi ndangakaranga Amagaba bavugirije umurisho w'ingoma mu buryo bunyuranye n'imigirwa itandukanye ikorwa ku ngoma z'Uburundi, ubushikiranganji mu vyo bujejwe…
Ni imbonekarimwe mu mico y'ikirundi aho abantu bavuza umurisho w'ingoma bambaye ibirato, ipantaro, ishati, ikoti bashizeko n'ikaruvati. Ni umurwi w'abatimbo "Amagâba waraye ukoze ibitari bwabonwe kuva…
Kuva na kera ngo abashaka gutungira ku mwana w’umukobwa mu gushaka kumukosha amafaranga canke ibintu vy’umurengera bamyeho, ariko ngo vyagiye bitituka uko imisi ibandanya igenda. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa…
Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w’igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n’aba "Stars" hano iwacu. Aho ni inyuma y’ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku…
Ni umurwi ndangaKaranga ugizwe n'abato n'abakuze bava mu mihingo yose yaba mu gisagara ca Bujumbura no mu gihugu hagati. Imvyino bavyina ni akanyarusizi,umuyebe,umutsibo....... eka ni nyinshi usivye ko…
https://youtu.be/TCdnzvQjFCY Kuri uwu wa 11 Ntwarante 2021 mu nyubakwa z'ikigo ca kaminuza y'Uburundi hahimbajwe ku ncuro ya gatatu umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi kavukire usanzwe uhimbazwa ku wa 21 Ruhuhuma…
Amazu ashika 51 ya kera afise ico yibutsa muri kahise k'Uburundi akerekana ishusho nziza y'igihugu agiye gushirwa ahabona hamwe no ku rutonde rw'ubutunzi bw'isi mw'ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO…
Mu gihe imyiteguro ibandanya ku bigeme 11 basigaye mu bigeme 30 bari mw'ihiganwa rya Miss Ngoma 2020, ubushimwe buguma bwiyongera ku mwigeme azotahukana iyo kamba. Nyuma y'ubushimwe bugizwe n'umuduga mushasha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.