Saido Berahino yoba ariwe yatumye Aubameyang atitwara neza i Bujumbura?
Ukuzibirwa kwa Pierre Emeric Aubameyang asanzwe ari kizigenza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon akaba n'umusatirizi wa Arsenal ngo kwatumwe na Saido Berahino. Mu Kiganiro umumenyereza w'Intamba mu rugamba…