CECAFA U15 : Intamba zaraye zitsinzwe n’Urwanda mu rukino rwo kurondera ikibanza ca gatatu
Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 mu gihugu ca Erythrea aho umugwi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 15 wakina urukino rwa Cecafa rwo guhiganirwa kibanza ca gatatu…