The Ben arahakana urukundo ruvurwa hagati yiwe na Zari The boss
Ubucuti hagati ya The Ben na Zari the Boss ngo ntibarwitiranye n'urukundo rw'umuhungu n'umukobwa, naho ari incuti yiwe ikomeye. The Ben arahakana ko be na Zari The boss Lady batoba bari mu rukundo, ivyo…