Abavuga ko umuziki w’Uburundi udatambika, Omer abita abangushi
Abanje ku menyesha ko umuziki ari ururimi abantu bategera ugutandukanye, nayo mu kuwutamba bikorwa ugutandukanye bivanye nuko uwuriko yumviriza akoresha ibihimba vy'umubiri mu gutamba, bikanavana n'abavuza umuziki…