Olivier Niyungeko ngo ibizohora biba mu ntamba mu rugamba ntibizohore bibazwa we gusa
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Munyonyo 2019 igihe c'isaha zitatu z'agatondo (9h00) niho ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain…