Uburundi bwatakaje ibibanza 8 ku rutonde rwa FIFA
Umugwi nserukiragihugu intamba mu rugamba watakaje ibibanza 8 ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 28 Munyonyo 2019 ishirahamwe rirongoye umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryasohoye…