#Diaspora|Izere Hollande imaze kurangura ibiboneka,kandi vy’akarero ku barundi baba hanze y’igihugu
"Intango yama ari nk'umuzi w'ibuye ariko ugushaka kw'umuntu ndetse n'ihangaro nivyo bimutuma atava kw'izimwe gushika ashikiriye ico yipfuza."Iryo niryo jambo umurongozi w'ishirahamwe…