Basketball : Gladiator ifise umumenyereza mushasha
Ntibikiri ibanga Cristal Gatabazi batazira coach Kibwa niwe amenyereza kuva kuri uyu w'Imana umurwi wa Gladiator akaba azobandanya afasha muri staff ya New stars irongowe na Nshimirimana Christian batazira Ndindi Uwo…