Christiana Laly Gomez yumvise akamo k’umukuru w’igihugu ahamvya abandi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyakubwahwa Evariste Ndayishimiye ntahengeshanya gusemerera abwira abantu ko bakwiye kwijukira kurondera uburyo bwo kwiyungunganya, kuko Leta ubwabo idashobora gufasha abarundi bose ngo ibahe…