Mista Champagne yugururiye imiryango Big Fizzo na Sat-b
Ugukwiza ibihumbi 100 vy’ama Views kuri Youtube ntibikiri ikibazo ku baririmvyi batari bake hano iwacu, eka n’ugukwiza 1,000,000 navyo bisigaye bisanzwe nk'uwumira bunguri intongi y'umutsima nkuko tumaze kubibona…