Vichou Love yashize ku mugaragaro umusi nyezina azosohora album yiwe
Mu kiganiro yakoze kuri indundi Tv mu mpera z’umwaka wa 2021 yavuze ko ari mu myiteguro ya album yiwe agiye gushira ahabona mu ntango z'umwaka wa 2022 mu kwa gatatu, mu kubandanya turindiriye ko imvugo yoba ingiro iryo…