Day: August 30, 2022

B Face ngo Rap ni umunwa

B face ngo kwiyita Rap Yuda canke Rap Commando ngo birafise ico bisiguye mu bikorwa ariko arakora vy'umuziki. Mu kiyago aheruka kugirana n'umwe mu bamenyeshamakuru ba hano iwacu, yavuze ko ayo mazina ari ayo…