# Indundi Sports | Ihiganwa rya Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 15
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Uburundi Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 15 isozera igice ca mbere c’ihiganwa ( Phase Aller ) . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022 ku kibuga Gatwaro mu…