Bamwe mu banyagihugu bo muri zone Gatumba komine n'intara ya Bujumbura batewe n'imyuzurira y'uruzi rusizi baratewe impungenge n'ubukene bw'amazi meza aho bavuga ko n'ayabonetse ataba ari meza.…
Kadie Kay, umwanditsi w’indirimbo "Filia mia" avuga ko kubona yatoye umuririmvyi Kaboule aruko yabonye impano yiwe biza kujana n'iyo ndirimbo yanditse mu nyuma arabimusaba babona gukorana. Kaboule agira ati :…
Channel Ndayikiza avuga ko iyo indirimbo yaje mu vyiyumviro abona kuyandika. Arasaba ko yoronka abamufasha "management" kugira ngo abandanye ico gikorwa co kuririmba. Iyo ndirimbo yise "urumwizigirwa"…
Abadandaza bashikiriza ko hari zimwe mu ngingo z'umutekano zafashwe n'ubuyobozi bw'intara ziriko ziratuma bahomba. Mu buyobozi bw'intara basigura ko bwafashe izo ngingo mu ntumbero yo gukingira ubutunzi…
Il s'observe des inondations qui persistent surtout sur les routes qui sont au bord du Lac Tanganyika d'où ces derniers bloquent la circulation des citoyens. L'Agence Routière du Burundi (ARB) déplorent un…
Umuririmvyikazi Vania Ice aranegura ibikorwa vy'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, AMB kuko ngo ntabona ico rimariye abaririmvyi yihweje n'imyaka rimaze rivutse. Vania agira ati: "Ishirahamwe…
Umuririmvyi Paci avuga ko umuziki umaze gutera intambwe n'aho utaragera kure cane ariko sico kimwe no mu myaka icumi iheze aho abaririmvyi ba kera vyari bigoye kuririmba gusa vyasaba ko ukora akandi kazi kugira ngo…
Haraheze igihe kingana n'umwaka amazi ya Tanganyika yararenze inkombe zayo bituma amabarabara amwe amwe yuzura amazi. Mu kigo kijejwe amabarabara ARB basigura ko iryo barabara rikeneye ivyigwa bihanitse be…
Le gouvernement du Burundi déplore le vide juridique dans le secteur artisanal et appelle à la révision de la loi de 1979. Le gouvernement du Burundi a exprimé ses préoccupations concernant le secteur artisanal, soulignant…
Abel Nduwayo ni umurundi asanzwe akina amareresi akongera akaba n'umwanditsi w'indirimbo mpimbaza Mana hano mu gihugu cacu c'Uburundi. Yatanguye kuba umuririmvyi kuva mu mwaka wa 2011 aca yongera aba umukinyi…
Les jumeaux music bahuriye kw'ishure muri Kaminuza y'Uburundi. Bamaze guheza ishure baciye batanguza umugwi "les jumaux music", hari mu mwaka 2014 aho baja kuvugiriza abantu mu birabo mu nyuma baca baronka…
Haracibonekeza ubusuma mu mazu y'ubudandarizo nk'uko vyemejwe n'abikorera utwabo. Ubuyobozi bwiyemeje gukomeza umutekano. Mu nama hagati y'ubuyobozi bwa komine Mukaza n'abarangurira imirimo…
Umugwi w’abaririmvyi Dino boy bavuga ko iyo ndirimbo basohoye bayise "Rita" bitari vyoroshe kugira ngo isohoke kuko bari babuze amafaranga yo kuyisohora mu munzu ihinyanyura umuziki. Barasaba kuronka management…
Aslion ni umuririmvyi w’umurundi avuga ko indirimbo bakoranye n'umuririmvyi Lolilo aruko bari kumwe mu mugwi kandi ico gikorwa uko yari agishika ko kimera niko cageze. Arashimira abakunzi b'umuziki wiwe uko…
Umuririmvyi w’umurundi Eloi fils avuga ko indirimbo yasohoye yise “yesu” yayanditse afatiye ku bihe bitoroshe yariko aracamwo. Iyo ndirimbo ikaba iri k'umuvuduko udasazwe ku rubuga rwiwe rwa youtube. Mu kiganiro yahaye…
Legend Kid ni umuririmvyi w’umurundi akaba n'umwanditsi w’indirimbo “Tsunami”. Kid agira ati : "Kugira dukorane igikorwa n'umuririmvyi kazi Esther Nish n'uko umuntu amfasha ibikorwa yambwiye ko vyoba vyiza…
Umugwi NGOZI CITY wafashe ingingo yo guhagarika vy'imfatakibanza umumenyereza HARUSHA Mohamed ikiringo c'amezi atatu. Uwo mugwi ukaba wagiriza umumenyereza w'uwo mugwi Harusha Mohamed kutazana icuka ciza mu…
Alice Team mutima avuga ko afise indirimbo umunani ziri muri Album akaba yashimye kuba arasohora zitatu gusa. Muri izo zitatu harimwo iyo yise ''Nishike mukono'' ikaba imaze imisi mike ku rubuga rwiwe rwa…
Bain Turo n'agashavu kenshi avuga ko m'umuziki ndundi habamwo uguhemukirwa cane arivyo bica intege umuririmvyi. Ariko kubera ko uba ufise intumbero muri wewe bituma udasubira inyuma. Ngo hari n'abamenyesha…
Mu bihugu bigera ku majana abiri na cumi, Uburundi bwisanze mu kibanza c'ijana na mirongo ine ku rutonde rwasohowe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA. Ivyo bibaye inyuma y'inkino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.