Kutigisha ivyigwa vyose mu kirundi gushika muri za kaminuza mu Burundi ni agahombo ku gihugu
Ikirundi ni ururimi rudakoreshwa nk’uko bikwiye mu nyigisho mu Burundi. Icitwazo ngo ni uko kitikwiye ku buryo hoboneka amajambo akwiye yokoreshwa mu mashure no mu bushakashatsi. Yamara abagize amatohoza baremeza ko…