Shassir Nahimana ngo Saido agarutse mu ntamba azomusubiza inimero yiwe
Mu kiganiro umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba yagiraniye na imwe mu mboneshakure zikoresha bwabuhinga bwa none hano iwacu Shassir Nahimana yavuze y'uko Saido Ntibazonkiza akizerwa agahamagarwa mu ntamba mu…