DJ Marnaud yari yatawe muri yompi, arekurwa mu gitondo
Ifungwa rya Arnaud Mugisha azwi nka Dj Marnaud ryateje uruhagarara Ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo uwo mu DJ akaba…