19th yishuye abavuze ko B-Face yoba yaravuzwe mu ndirimbo Hip Hop
Inyuma y'igihe kinini atariko arumvikana mu muziki ni 19th yagarutse asubira kwumvikana mu gikorwa nka ’ikiri ku mutima’ Challenge ariko hakaza kuboneka ukudahuriza kukintu kimwe na mugenziwe B-Face kuko we yakoze ikira…