Kaya Free agiye gushira ahabona akandi karirimbo
Inyuma y’indirimbo yashize ahabona ku musi wa 5 uheze yakoranye na Bushari umuririmvyi w’umunyarwanda, Kaya yamenyesheje akoresheje imbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha ko agiye gushira ahabona iyindi ya 2. Iyo ndirimbo…