Vital’o Fc ibandanya yitwara neza nayo Olympic Star yagumye mu kibanza ca mbere
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugu 2020 ihiganwa rya Primus league ryabandanije ku ndwi yaryo ya 8. Vital’o Fc yasubiye gutsinda urukino rugira kabiri yikurikiranije, nayo Olympic Star itsindwa na Aigle…