Daddy Face yafashwe nk’intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk’uwaragiriye inarume
Abarundi barayamaze ngo umuhini mushasha utera amabavu, ubwo bushasha nibwo buheruka gukora ku muririmvyi w’umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika, Daddy Face aho yahumiwe n’umuririmvyi w’umu Tanzaniyakazi, Nandy, mu…