Kirikou yawuciye ngo “Ubureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho”
Kirikou yarawuciye ati ubureta ntibukwibagize abo mwarikumwe mu Mbeho, uwo mugani nawe ubwiwe arawukurikiza kuko ibarabara yavuyemwo haraheze imisi, yarigumijemwo ukuguru kuko akatari gake aboneka ariko agarukira kubari mu…