Ni umubabaro mu muryango wa Chanjo Amiss basubiye kuja mu Kigandaro
Sekirima Ramadhani yari umudandaza akomeye cane mu ntara ya Ngozi, aho yifadikanya n'abandi barwizatunga bo muri iyo ntara bakaja kurangura Inka mu gihugu c'Ubuganda bazina mu Burundi, neza na neza mu ntara ya…