# Indundi Sports | Saido Berahino agiye gusubira mu Bwongereza
Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino agiye gusubira mu gihugu c’Ubwongereza. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 31 Myandagaro 2021 niwo musi wa nyuma w’igura n’igurishwa ry’abakinyi kumugabane wa buraya . Iyo nkuru…