Iry Tina yahisemwo gusangira naba ntaho nikora ku musi wiwe w’amavuko
Umusi mukuru w'amavuko mu gihe bamwe Baja kuwuhimbariza ku mucanga, canke bakaja gusangira n'incuti n'umuryango bakata wa mutsima bita Gateau, Iry Tina we ngo yahisemwo kuwuhimbazanya hamwe n'aba ntaho…