Mireille Kami ari mu gahinda n’umubabaro bidasanzwe.
Ni umuririmvyikazi abarizwa mu gihugu c'Ubufaransa ariko ibikorwa vyiwe akunda kubikorana n'abahinyanyuzi bo mu gihugu ciwe c'amavukiro. Urupfu ni ikintu kiza kidateguje kandi twese niyo nzira ariko naho bimeze…