B Face yavuze ku bikura mw’ihiganwa Platformshows awards
Mu gihe hagize imisi hibonekeza abaririmvyi n’aba Dj batandukanye basaba gukurwa mw’ihiganwa rya Platformshowawards 2021, B Face we s’uko ababibona naho nawe atahawe amasezerano nkuko vyahora bigenda mu yandi mahiganwa aba…