Indundi Sports | Umukinyi Cedric Amissi yaguzwe mu mugwi AL QADISIYAH FC
Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Cedric Amissi yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa AL QADISIYAH FC ukina mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite. Uwo mugwi ukaba uri mu kibanza…