We Found the 19 Most Inaccurate Things You Always See in Movies
From duck boats to sports stadiums, these tourist activities are popular for a reason.
From duck boats to sports stadiums, these tourist activities are popular for a reason.
Ku mugoroba w'uyu musi wa nyuma w'ukwezi kwa 5, umukinyi w'amareresi atwenza Mugenzi Alfred Aubin yafashe rutema Ikirere yerekeza ku mugabane w'Uburayi. Kigingi akaba afashe indege mu gihe ategerejwe mu…
Ce mardi 31 Mai 2022, l'Institut d'Administration et de Cartographie Foncières de l'Université du Burundi a organisé, en collaboration avec Jamii, un atelier de réflexion et d'échange sur la relation entre…
Mu gihe Big Fizzo yari yitezwe mu Bwongereza kuri uyu wa 4/6 gukora igiteramo cari categuwe na kigali Night Entertainment ngo ntakigiyeyo. Mu kiganiro uburongozi bw'ico kigo kijejwe gutegura ico giteramo, bagiranye…
Monna Walda Kaneza benshi bazi nka Mow Kanzie, ashobora kuba Ari mu baririmvyi bambara amasaha azimvye hano iwacu. Uwo muririmvyikazi akaba Kandi n'umwe mu biyungunganya mu gushinga ubuzi hirya no hino, mu kiganiro…
Aho inyuma mu gihugu kibanyi ca Tanzania, ibintu birakaze, basigaye batsindira Imiliyoni 10 mu gukubita aba Jongles ku gapira. Mu gihe Diamond Platnumz yariko aramenyekanisha Wasafi Bet hagati mu gihugu, abaserukizi…
While we informed you about the voting and selection process recently, the winners of the Dicobu Music Award and Miss Burundi USA 2022 have been finally revealed. Remember that, for Dicobu Music Award, 9 singers were in the…
Mu mwaka wa 2020, David Nduwimana, umwe mu baririmvyi b'abarundi bakorera ibikorwa mu gihugu ca Australie yabonetse aririmba Ururirimbo rw'igihugu ca Australie (Hymne National), mu gihe c'ihiganwa rya Rugby…
Naho ngo ku bemera vyose bikoraniriza hamwe ku bagirira neza, ngo ubuto bwa Fortran Bigirimana ntibwari bwiroshe na gato. Uwo muririmvyi w'umurundi abarizwa muri kino gihe mu gihugu c'ubufaransa, ngo yatanguye…
Gutakaza urukino mu ntara ya Gitega batsinzwe n'Umugwi Gymkhana vyavyaye akariro gake mu bakunzi sindamuvinyuma b'Urunani, muri bino bihe hakibonekeza ishaka rinini mu bakinyi, ndetse n'ibintu bisa nukwo biriko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.