BIG Fizzo, Sat-b na Natacha mu bakoze neza ntibarimwo
Mu baririmvyi bakoze neza muri uyu mwaka wa 2022 duheruka kurangiza, ngo Big Fizzo, Sat-b na Natacha ntibarimwo. Aho ni mu gihe ibinyamakuru bitandukanye bitarabasha gushira ahabona urutonde rw'abaririmvyi bakoze neza…