Bamwe mu bakurikiranira Natacha baramuhakije
Ngendabanka Natacha bakunze kwita la Number, asubiye Kandi kuvugisha benshi kubera umwambaro yari yambaye kw'ifoto aheruka gusangiza abamukurikirana, ariko Kandi n'ukubera amajambo yaherekeje iryo shusho. Uwo…