Indundi
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
Create
Indundi
  • Home
  • gibbon
gibbon

gibbon

Follow
Urugamba n’urwa Mista Champagne gusa, Harmonize yakuyemwo akarenge
Burundi

Urugamba n’urwa Mista Champagne gusa, Harmonize yakuyemwo akarenge

Harmonize ateye intege umuririmvyi Mista Champagne ariko arondera urukundo Kuri Kajala Frida, inyuma y'amezi ariko arababa 3 bavanye Kandi ku mpande zose ata numwe arerekana ko afise uwo barikumwe mu rukundo. Harmonize…

gibbonby gibbon
Mar 11, 1:45 pm
456
Mow Kanzie yoba yabwira Drama T?
homepage

Mow Kanzie yoba yabwira Drama T?

Mow Kanzie asubiriye Kandi kuvugwa n'abatari bake mu bamukurikirana ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, Inyuma yo gushirako amashusho atandukanye. Uwo muririmvyikazi yaragize imisi avugwa mu rukundo na…

gibbonby gibbon
Feb 24, 10:21 am
240
Van Transport mu gikorwa c’impuhwe n’ukwitaho imbabare
kirundi

Van Transport mu gikorwa c’impuhwe n’ukwitaho imbabare

Mu ntumbero yo gusangira umusi mukuru wa Noël n'ababaye, ishirahamwe ryo gutwara abantu n'ibintu Van Transport ryaterereye uburyo bungana n'i milioni zitatu z'amafaranga y amarundi (3.000.000Fbu), kugira…

gibbonby gibbon
Dec 22, 12:55 pm
215
Prophète DD Isaac ngo Uburundi bugiye kuba ikigega c’ibindi bihugu
Burundi

Prophète DD Isaac ngo Uburundi bugiye kuba ikigega c’ibindi bihugu

Imana ngo kuva nakera yamye ivugana n'abavugishwa bayo nubu iracavuga, abavugishwa barahari kandi igihugu c'Uburundi gifise vyose, abarundi nibo bataramenya uko bakira ivy'Imana irekura kubwabo. …

gibbonby gibbon
Nov 17, 10:14 am
148
Muri diaspora y’abarundi ni nde atwara? Ni nde afata ingingo?
Diaspora

Muri diaspora y’abarundi ni nde atwara? Ni nde afata ingingo?

Haraciye imisi mike cane tubayagiye ko diaspora y'abarundi kw'isi yose yemerewe gukora ku mugaragaro nk'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique, ivyatanga umwizero ko ubudumbidumbi bubarizwa muri diaspora…

gibbonby gibbon
Oct 18, 11:23 am
229
Imbwa n’utuyabu vy’aba sirimu b’i Bujumbura navyo vyarahawe urucanco
Burundi

Imbwa n’utuyabu vy’aba sirimu b’i Bujumbura navyo vyarahawe urucanco

Nubwo hari benshi batazi akamaro k'imbwa, aborozi bazo bo babona Ko ata kindi gikoko zosubirizwa. Ngo imbwa ni umugenzi adahemukira sebuja ,Ku bahigi hoho niyo ibagaburira, umutekano mu ngo zororerwamwo nizo ziwicungira,…

gibbonby gibbon
Sep 30, 7:19 pm
267
Ng’izi impinduka zabaye mu buserukizi bwa diaspora.
Diaspora

Ng’izi impinduka zabaye mu buserukizi bwa diaspora.

Inyuma yo kwemererwa gukora nk'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique Diaspora Burundaise (DB),haciye hihutirwa kwiyubaka gushasha. Mu nama yahuje umuserukizi wa diaspora ndundi kw'isi Eric Niragira hamwe…

gibbonby gibbon
Sep 29, 1:01 pm
353
Komine ya Gitega niyo igezweho mw’isekeza ryo gucandaga imbwa
Burundi

Komine ya Gitega niyo igezweho mw’isekeza ryo gucandaga imbwa

Iyo ukingiye imbwa indwara y'ibisazi uba ukingiye abantu, ico nico catumye ishirahamwe ABUMVAC rishiraho isekeza ryo gucandaga imbwa mu ntara za Gitega na Kirundo. Inyuma y'ama komine ya Vumbi, Busoni na…

gibbonby gibbon
Sep 24, 12:26 pm
193
Ubwa mbere umurwi Remesha kuva wabona izuba ukuye mu vyara igikombe Urunani na New Stars
kirundi

Ubwa mbere umurwi Remesha kuva wabona izuba ukuye mu vyara igikombe Urunani na New Stars

Mw'ihiganwa ryateguwe n'ishirahwe ry'umupira w'amaboko basketball rifadikanije n'amashirahamwe y'ubwishingizi (Assurance)hano mu Burundi, ihiganwa ryari ryahuje imirwi ine yari mu bibnza vyimbere…

gibbonby gibbon
Aug 1, 11:46 am
137
Ya derby ya Basketball y’i Bujumbura| Urunani na New Stars iragarutse
kirundi_Sports

Ya derby ya Basketball y’i Bujumbura| Urunani na New Stars iragarutse

Mugihe iyindi mirwi imwimwe iriko iritegurira igice ca kabiri co gusubiriza muri Viva basketball league umugwi New Star uriko uritegurira urukino rw'indwi yambere rwari rwaraye rwabahuza n'umurwi Urunani . Kuri uwu…

gibbonby gibbon
Jun 17, 4:17 pm
100
  • 1
  • 2
  • 3
  • …
  • 25
  • Next

Weekly Popular

# Indundi Sports | Etienne Ndayiragije yaraye yirukanye Banza Patrick  Kanianga mu mw’iherero w’Intamba mu rugamba
abakinyi bakina hanze
993

# Indundi Sports | Etienne Ndayiragije yaraye yirukanye Banza Patrick Kanianga mu mw’iherero w’Intamba mu rugamba

Alvin Smith ngo ntakamaro abona ka Amicales des musiciens(AMB)
Entertainment
789

Alvin Smith ngo ntakamaro abona ka Amicales des musiciens(AMB)

# Indundi Sports | Youssouf Nyange ngo Saido Ntibazonkiza n’icitegerezo cabo
abakinyi bakina hanze
513

# Indundi Sports | Youssouf Nyange ngo Saido Ntibazonkiza n’icitegerezo cabo

# Indundi Sports | Nsabiyumva Frédéric ntacitabiriye inkino zibiri za kivandimwe zizobahuza na Indonésie ku munota wanyuma
abakinyi bakina hanze
501

# Indundi Sports | Nsabiyumva Frédéric ntacitabiriye inkino zibiri za kivandimwe zizobahuza na Indonésie ku munota wanyuma

Big Fizzo n’agashavu kenshi arabiyamye
Entertainment
487

Big Fizzo n’agashavu kenshi arabiyamye

Indundi
© 2023 Indundi - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
Indundi
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
© 2023 Indundi - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In