L'organisation « Hope New Generation » militante en faveur de la jeunesse se montre très préoccupée par des cas de maltraitance auxquels sont soumises les jeunes filles victimes de grossesses non désirées en milieu…
Bamwe mu banyagihugu baba ku mutumba Gasenyi-Nyakabondo, Komine Mutimbuzi iri mu ntara ya Bujumbura bamenyesha ko umuntu umwe amaze kwitaba Imana, abandi batandatu barakomereka mu kiringo c’ukwezi kumwe biturutse ku busuma…
Uwuserukira ishirahamwe OLUCOM ryitaho kugwanya ibiturire n'isesagurwa ry'amatunga ya reta mu Burundi,avuga ko gushika ubu icaturiye isoko nkuru ya Bujumbura yadukamwo umuriro cobazwa reta ubwayo kuko…
Bamwe mu basanzwe barangurira imirimo ku nkengera z'ico kiyaga bemeza ko haheze ikiringo ata mvubu canke ingona bihitanye ubuzima bw'umuntu . Abajejwe intwaro muri komine ntahangwa bemeza ko zaheruka kwica…
Inka icenda ziramaze gufatwa n'ingwara ya suna mu bice bimwe bimwe vyo mu ntara ya Kayanza cane cane mu makomine abiri. Nko muri Komine Gahombo hamaze kwibonekeza inka 7 zimaze gufatwa niyo ngwara : 6 ku musozi wa…
Imyaka 10 iraheze ikiraro co k'uruzi Kanyosha gihuza karitiye ya kibenga na Gisyo kibomotse, ivyo bigatuma imigenderanire hagati yayo makaritiye itoroha kuko mu kujabuka bisaba guhekwa, bagasaba ko hokwubakwa ikiraro…
Imwe mu miryango iri ku mutumba Kabumba zone Ruyaga Komine Kanyosha mu gisagara ca Bujumbura iratewe impugenge n’imiganga ibagamiye amazu yabo. Bamwe mu banyagihugu baho barataye izabo batinya ko inzu zobabomokerako. Basaba…
Abana bashika 100 bari barataye amashure kumvo z'ubukene bariko baregeranywa n'umurundikazi asanzwe aba mu gihugu ca Tchad mu ntumbero yo kubasubiza ku mashure. Sonia Nininahazwe avuka mu gisagara ca…
Bamwe mu baguzi n'abadandaza amakara mu gisagara ca Bujumbura baratewe umutima uhagaze n'ukuzimba kw'ico kidandazwa Umwe murabo badandanza avuga ko igice c'umufuko cavuye ku mafaranga 35000 kija ku…
Evariste Niyonzima ni umwe mubororeye inkoko mu gisagara ca Bujumbura. Avuga ko iduga ry'ibiciro vya bimwe mubifungurwa vyazo biri mubituma hari abananirwa kubandanya bakora ubwo bworozi nk'uko uwo mworozi…
Le ministre de la Fonction publique, a déploré lors de sa visite dans le sud du pays le retard des fonctionnaires au travail, ce qui impacte négativement leur rendement, et a souligné que pour mériter une augmentation de…
Nsengiyumva Yohana ni umuririmvyi avuka mu ntara ya Cibitoki, benshi bamuzi kw’izina rya Aim -G .Avuga ko akeneye aba mufata mumugongo mu gusohora amasanamu no kuja munzu zihinyanyura umuziki (studio) . Agasaba…
Abanyagihugu bateshejwe izabo n'imyuzurira y'amazi bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura batarimurwa muri ico gice basaba ababijejwe kubimura nkuko babigiriye abandi kuko bahura…
Les 5 000 ménages, anciens occupants de Kagaragara aujourd'hui délocalisés vers Buringa, en commune de Gihanga, province de Bubanza, ne sont plus autorisés à cultiver les terres de Kagaragara qu'ils exploitaient…
Muri reta zunze ubumwe za America mu gisagara c'i Los Angeles muri leta ya Calfornia,umuriro gushika n'ubu uracarandagata ivyaho harimwo n'amazu y'ibihangange mu mumuziki wa America,gushika ubu hakaba…
Les zones d'ombre, particulièrement présentes dans les régions frontalières du Burundi, suscitent l'inquiétude des députés, car elles limitent l'accès à l'information pour la population locale, souvent en…
Depuis novembre 2024, l'attribution des parcelles à Kizingwe-Bihara cause des conflits, certains propriétaires se plaignant de double attribution et de la présence de groupes posant des bornes durant la nuit. Cette…
Umuririmvyi “Mutama wubuki” azwi kw’izina rya ´Easy Boy ni we akunda kuvuga ngo “ubuntu burihabwa”, kandi ngo “kuguma uboneka mu bibanza vyinshi vyica akazi”. Amenyesha ko kugira umuziki ndundi ushike kure, ari ukuraba ivyo…
Les maisons en construction près de la rivière Mugere, destinées à servir d'abattoir, sont actuellement inondées par les eaux de la rivière, ce qui bloque l'accès au chantier et retarde les travaux. Les résidents…
Les résidents du quartier Kibenga, déplorent que la société chargée de la collecte des immondices ne respecte pas le contrat, passant parfois un mois sans effectuer aucune collecte, ce qui pose un risque sanitaire, surtout en…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.