Umuyobozi mukuru w'ishirahamwe rijejwe gukwiragiza umuyagankuba n'amazi mu banyagihugu, Regideso avuga ko hari umugambi wo gutanga umuyagankuba uvuye ku mishwarara y’izuba kugira rihangane n’ikena ry’umuyagankuba…
Bamwe mu barimyi bo muri zone Muyira commune Mukaza intara ya Bujumbura bavuga ko bahisemwo kutitabira isekeza ryo kwandika ku yindi ncuro abipfuza kuronswa ifumbire hafatiwe k'uburinganire bw'amatongo bafise,…
Imiryango iba ahegereye ikimanga Nyenzari muri zone Gihosha commune Ntahangwa intara ya Bujumbura,ivuga ko itekewe n'ubwoba kubera ibihe vy'imvura nyishi vyimirije biherutse gutangazwa n’ikigo IGEBU. Muri ico gice…
Abashingamateka baranegura ibura ry'ibitabo mu mashure ya Reta, ibitabo bihingurwa n’ikigo c’igihugu RPP, ariko bikagurishwa kw’isoko kandi kizira. Umushikiranganji wa mbere wa Reta y’Uburundi aherutse kwemerera inama…
Bamwe mu banyagihugu bo mu bwoko bw’abatwa muri zone Mukike commune Rwibaga intara ya Bujumbura baracaba mu mazu adashemeye. Bavuga ko ubuzima bwabo bubangamirwa igihe cose imvura iguye. Abarongoye zone bavuga ko babandanya…
Urunani rw’amashirahamwe y’abavuza imiti kama mu Burundi RNATP ruvuga ko ibijanye no gukora ubushakashatsi mu bijanye n'ubwo buvuzi mu gihe ca none bitaratera imbere. Ubushikiranganji bujejwe amagara y'abantu ariko…
Abarimyi bo muri zone Muyira komine Mukaza intara ya Bujumbura bashikiriza amakenga bafise ku coba caratumye badasabwa amahera yo kuriha ifumbire y'irima ry'agatasi ryimirije. Babaza ko ata fumbire bazohabwa muri…
Ubuyobozi bw’intara ya Bujumbura buragabisha abayobozi b’amashure ku bijanye n’amafaranga basaba abavyeyi mu gihe co kwandikisha abana. Hisunzwe urwandiko N°620.4/DPE.BJ/RA/01/581/2026 rwo muri Myandagaro 2026, Ubuyobozi…
Ubutaka bw’Uburundi ku nkengera z’inzuzi zibugabura n’ibihugu vya repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo hamwe n’Urwanda zirabangamiwe n’ibikorwa vy’abantu, bituma ubutaka bw'uburundi butera bwimukira muri ivyo…
Le Burundi accueille, du 29 au 30 juillet à Bujumbura, la Semaine de la diaspora panafricaine. Placée sous le thème « Dialogue avec la diaspora panafricaine sur le développement et la transformation de l'Afrique », cette…
Bamwe mu banyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko gushika ubu ataco bazi kubijanye n'akunguko kamaze kuva mu butare haheze igihe bwaratanguye gucukurwa mu bice bitandukanye vy'igihugu. Ariko ico bemeza…
Bamwe mu bavyeyi b'abana barereye kuri amwe mu mashure yo muri komine Ntahangwa mu Ntara ya Bujumbura basaba reta ko yoronsa intebe yemereye amashure mu mwaka w'ishure uheze. Basigura ko abana babo bize batorohewe.…
Mu ntumbero yo gukomeza umutekano mu masoko no gukinga imiriro imaze iminsi yibonekeza, Buramatari w’Intara ya Bujumbura, Aloys Ndayikengurukiye, yarakoranije kuri uyu wa 27 Mukakaro 2026 abarongoye amakomine agize iyo ntara,…
Ni igiki koko cabaye mu nkambi y’impunzi z’abakongomani ya Busuma muri ino ndwi ? Reta hamwe n’izo mpunzi basigura ugutandukanye ivyabaye ku wa 22 Mukakaro 2026. Impunzi z’abakongomani ziri mu nkambi ya Busuma zivuga ko…
Alexis Havyarima yakuwe mu mabanga yo kurongora komine Ntahangwa intara ya Bujumbura inyuma yo kwagirizwa n’inama mpanuzwajambo ya komine ibirego bikomeye harimwo gukoresha nabi ubutunzi bwa komine. Ingingo ihagarika mu…
Mu kwibuka Jean BIGIRIMANA yagiye mazimayongo kuwa 22 mukakaro 2016, mu bigo vy’ikinyamakuru IWACU habaye umugirwa wo gushira urugori rw’amashurwe munsi y’isanamu y’uwo mumenyeshamakuru rwanditseko ruti: ”Jean Bigirimana,…
Abana bari hagati y'imyaka 14 na 15 bo ku mutumba Karama zone Ruburizi commune Ntahangwa i ntara ya Bujumbura barakoreshwa ariko ntibahabwe agahembo bemerewe n'ababakoresha. Chris Kevin Akimana ni umwana…
Nk'uko bivurwa n'abanyagihugu begereye umurwa mukuru wa zone Kigamba muri komine Cankuzo intara ya Buhumuza ahubatswe ibitaro vya Kigamba bababazwa no kubona ivyo bitaro bimaze imyaka 2 bishikiririjwe n'intwaro…
Ku ncuro ya gatatu urubanza ruri hagati y'umushingamateka Agathon Rwasa n'uburongozi bw'umugambwe CNL burongowe na Nestor Girukwishaka ruhabwa isango ngo rwumvirizwe mw'ido n'ido ku magenekerezo ya 27…
Une vingtaine de jeunes Burundais bénéficiaires du Programme d'Autonomisation Économique et d'Emploi des Jeunes (PAEEJ) suivent actuellement une formation spécialisée sur la fabrication de cuisinières et de fours…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.